Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 12:40 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

40 Namwe mukwiye kwama mugavye, kuko Umwana w’Umuntu azoza mu gihe mutamwiteze.”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

40 Namwe mwame mwiteguye, kuk’ Umwana w’umuntu azoza mu gihe mutiyumviriye.

Gade chapit la Kopi




Luka 12:40
10 Referans Kwoze  

Ni co gituma tudakwiye kwifata nk’abandi basinziriye. Twame turi maso, twirinde akaborerwe.


Tunezerwe, duhimbarwe, tuyihe icubahiro! Kuko ubukwe bw’Umwagazi w’intama burashitse, kandi umugeni wiwe aramaze kwitegura.


Kandi ivyo mukwiye kubishishikara kuko muzi igihe tugezemwo. Iki ni igihe co kwikangura, kuko agakiza kacu katwegereye kurusha ca gihe twatangura kwizera.


Nuko rero mube maso, kuko mutazi umusi n’isaha.


Ahubwo, murondere gusa n’Umwami Yesu Kristo, aho kwitaho imibiri yanyu ngo mushitse ivyo yipfuza.


Ni co gituma namwe mukwiye kwama mugavye, kuko Umwana w’Umuntu azoza mu gihe mutamwiteze.


Kubera ivyo rero mube maso, kuko mutazi umusi Umwami wanyu azozirako.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite