Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 12:39 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

39 Mutahure ibi: iyaba nyene inzu yomenye isaha igisuma kizira ko, ntiyokwemera ko kimena inzu yiwe.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

39 Kandi mumenye iki, yukw iyaba nyen’ urugo yar’ asanzwe azi igihe igisuma kiziramwo, yogavye, ntiyokunze kw inzu yiwe yimbga.

Gade chapit la Kopi




Luka 12:39
7 Referans Kwoze  

Ariko umusi Umwami wacu azogarukirako uzoshika nk’igisuma. Amajuru azozimangana mu kwasana guhambaye cane; ibiri mu kirere bizotongorwa n’umuriro, kandi isi n’ibiri muri yo vyose bizocirwa urubanza.


Wibuke inyigisho wumvise ukazakira. Uzigendere wongere wihane. Niyo utakanguka nzoza nk’igisuma, kandi ntuzomenya igihe nzokugendera.


“Ehe ndaje nk’igisuma atawunyiteze. Hahiriwe uwama ari maso, akama yambaye, kugira ngo ntazogende ari gusa, akamaramazwa n’ubwambure bwiwe.”


Ntimukirundanirize ubutunzi mw’isi, aho imiswa, inyenzi n’ingese bishobora kubwonona, kandi n’ibisuma bigashobora kumena bikabwiba.


Kubera ivyo rero mube maso, kuko mutazi umusi Umwami wanyu azozirako.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite