Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 12:36 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

36 mumere nk’abanyarugo barindiriye ko shebuja ava mu bukwe kugira ngo bace bamwugururira niyashika akadodora.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

36 namwe muse n’abantu barorereye shebuja, igihe agarukira ava mu bukwe, ngo ni yaza, akaramutsa, bace bamwugururira.

Gade chapit la Kopi




Luka 12:36
16 Referans Kwoze  

Ehe mpagaze ku muryango ndiko ndadodora. Uwumva ijwi ryanje akugurura umuryango, ndinjira iwe dusangire.


Mwame mukenyeye kandi amatara yanyu yame yaka,


Hahiriwe abo bakozi shebuja azosanga bagiteramye bamurindiriye. Ndababwije ukuri ko na we azokenyera akabicarika, hanyuma akabagaburira.


Tunezerwe, duhimbarwe, tuyihe icubahiro! Kuko ubukwe bw’Umwagazi w’intama burashitse, kandi umugeni wiwe aramaze kwitegura.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite