Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 12:29 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

29 Kandi ntimugashire umutima ku vyo muzorya canke muzonywa; ntimukiganyire kuri ivyo.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

29 Kandi ntimukītwaririke ivyo murya n’ivyo munywa, ntimukiganyire.

Gade chapit la Kopi




Luka 12:29
6 Referans Kwoze  

Ni co gituma mudakwiye kwiganyira; muvuga muti: ‘Mbega tuzorya iki?’ canke ‘Mbega tuzonywa iki?’ canke ‘Mbega tuzokwambara iki?’


Yesu aca arababaza ati: “Igihe nabarungika ata saho, ata mufuko canke ibirato, hari ico mwakenye?” Baramwishura bati: “Nta na kimwe.”


Yesu aca abwira abigishwa biwe ati: “Ni co gituma ndababwira nti: ntimukiganyire kubera ivyokurya mukeneye kugira ngo mubeho; canke ivyo kwambara imibiri ikeneye.


Kuko n’abantu bo mu mahanga yose yo kw’isi na bo ivyo ni vyo birukira ubudahumeka, ariko mweho So wo mw’ijuru arazi ko ivyo vyose mubikeneye.


Nimba mutishoboza ikintu gito nk’ico, ni kuki mwiganyira ku bindi?


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite