Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 12:25 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

25 Ni nde muri mwebwe yoshobora kwiyongera akanya na gatoya ko kubaho kubera kwiganyira?

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

25 Ni nde muri mwebge yoshobozwa n’amaganya kwisumvya uko yareha nk’ukuboko kumwe?

Gade chapit la Kopi




Luka 12:25
5 Referans Kwoze  

Ni nde muri mwebwe yoshobora kwiyongera akanya na gatoya ko kubaho kubera kwiganyira?


Kandi ntukarahire umutwe wawe kuko udashobora gutuma n’agashatsi na kamwe kawo kera canke kirabura.


Yashaka kubona Yesu, ariko ntivyakunda kuko hari isinzi ry’abantu, na we akaba yari mugufi.


Nimba mutishoboza ikintu gito nk’ico, ni kuki mwiganyira ku bindi?


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite