Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 12:20 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

20 Ariko Imana iramubarira iti: ‘Wa gipfu we, iri joro nyene ubuzima bwawe urabwakwa. None ivyo waruhiye bizoba ivya nde?’

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

20 Maz’ Imana iramubgira, iti Wa gipfu we, mur’ iri joro barakwaka ubugingo bgawe: non’ ivyo wohitikiranije bizoba ivya nde?

Gade chapit la Kopi




Luka 12:20
35 Referans Kwoze  

Kukaba nka ko, nta co twazanye kw’isi kandi nta co tuzoyikurako ni twayivako.


Ivyo mwobivuga gute kandi mutazi ingene ubuzima bwanyu buzoba bumeze ejo? Ubuzima bwanyu ni iki? Muri igipfungu kiboneka umwanya muto hanyuma kigakamangana.


Igihe abantu bazoba bavuga bati: “Ni amahoro, nta nkomanzi,” ni ho ugutikizwa kuzobashikako giturumbuka, kurya umugore yibungenze afatwa n’ibise, kandi ntawuzorokoka.


Mwa mburabwenge mwe! Mbega Imana yabumvye imbere si yo yabumvye n’inyuma?


Wigishe abafise ubutunzi bw’iyi si kutishira hejuru no kudashira ivyizigiro vyabo muri bwo, kuko butaramba. Ariko bizigire Imana yo iduha vyose nk’umusesekara kugira ngo tubinezerererwe.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite