Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 12:13 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

13 Umwe mu bari ngaho abwira Yesu ati: “Mwigisha, mbwirira uwo tuvukana yemere tugabure ivyo twarazwe.”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

13 Maz’ umuntu wo mw ishengero aramubgira, ati Mwigisha, mbaririra mwene mama tugabure umwandu.

Gade chapit la Kopi




Luka 12:13
7 Referans Kwoze  

n’uguharira ata ho gushikana hagati y’ab’ubwenge bwapfuye, banyazwe ukuri, kandi bigira abagororotsi kugira ngo bashike ku nyungu zabo mbi.


Umuntu mwiza akura ivyiza mu bubiko bwiza bw’umutima wiwe, umubi na we agakura ibibi mu bubiko bubi bw’umutima wiwe. Kuko ivyuzuye mu mutima ni vyo akanwa kavuga.


Mpwemu Yera azobaha ivyo mukwiye kuvuga ako kanya nyene.”


Yesu aramwishura ati: “Ni nde yangize umucamanza wanyu n’umuhagarikizi wo kubagaburira ivyanyu?”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite