Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 11:5 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

5 Yongera ababwira ati: “Dufate ko umwe muri mwebwe afise umugenzi, akaja iwe hagati mw’ijoro, akamubwira ati: ‘Mugenzi, ntabara ungurane imikate itatu.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

5 Arababgira, ati Ni nde muri mwebge afise incuti yoja i we mu gicugu, akayibgira, ati Ncuti yanje, ngurana udutsima dutatu,

Gade chapit la Kopi




Luka 11:5
3 Referans Kwoze  

Uduharire ivyaha vyacu, kuko natwe duharira umuntu wese aducumuyeko. Ntudutererane ibitugerageza.’ ”


Umwe mu bagenzi banje arangendeye ubu nyene, kandi singira ico ndamuzimana.’


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite