Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 11:48 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

48 Muri ivyabona kandi mwemezanya n’ivyo ba sogokuruza banyu bakoze; bo bishe abavugishwa n’Imana, namwe mububakira imva.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

48 Uko ni ko mwiyagirije, kandi mwemeye ivyo ba sogokuruza banyu bākoze, kukw ari bo bābīshe, namwe mububakira imva.

Gade chapit la Kopi




Luka 11:48
14 Referans Kwoze  

Bene Data, mu vyo kwihanganira imibabaro, mufatire akarorero ku bavugishwa n’Imana bavuga mw’izina ry’Umwami Imana.


Ariko iyo muvuze gutyo muba mwiyagirije mwebwe nyene ko muri uruvyaro rw’abo bishe abavugishwa.


Muzobona ibara mwa bigisha b’ivyagezwe n’Abafarisayo, kuko muri indyarya! Mumeze nk’imva zera derere; zisa neza inyuma, ariko imbere muri zo huzuyemwo amagufa n’ibindi bintu vyose bihumanye.


Muzobona ibara kuko mwubakira imva z’abavugishwa n’Imana, kandi ari ba sogokuruza banyu babishe.


Ni co gituma Imana mu bwenge bwayo yavuze iti: ‘Nzobarungikira abavugishwa n’intumwa, bamwe muri bo bazobica, abandi babahame.’


Kandi naho bazi ko Imana icira abakora ivyo urubanza rwo gupfa, ntibashishikara kubikora gusa, ahubwo bashima n’abandi babikora.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite