Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 11:46 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

46 Yesu aramwishura ati: “Namwe bigisha b’ivyagezwe, muzobona ibara kuko muremereza abantu imitwaro iremereye, kandi ubwanyu mutanayikozako urutoke.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

46 Na we, ati Namwe abigisha ivyagezwe muzobona ibara, kuko mwikoreza abantu imitwaro itokwikorerwa, namwe ubganyu iyo mitwaro ntimuyikozek’ urutoke na rumwe.

Gade chapit la Kopi




Luka 11:46
7 Referans Kwoze  

Muzobona ibara yemwe bigisha b’ivyagezwe kuko mwatwaye urupfunguruzo rwo kumenya Imana. Mwebwe ubwanyu ntimwinjiye mu Bwami, ahubwo mwabujije n’abashaka kwinjira.”


Mbere n’abakebwe ntibashobora gukurikiza neza ivyagezwe vyose, ariko bagomba ko mukebwa kugira ngo bishimire ugukebwa kwanyu mu mibiri yabo.


Umwe mu bigisha b’ivyagezwe aramubwira ati: “Mwigisha, erega uvuze uko natwe uba udututse!”


Umwe muri bo w’umwigisha w’ivyagezwe, agerageza kumutega umutego, amubaza ati:


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite