40 Mwa mburabwenge mwe! Mbega Imana yabumvye imbere si yo yabumvye n’inyuma?
40 Mwa bijuju mwe, iyaremye urukoba si yo yaremye n’imbere?
Ariko Imana iramubarira iti: ‘Wa gipfu we, iri joro nyene ubuzima bwawe urabwakwa. None ivyo waruhiye bizoba ivya nde?’
Mwa mburabwenge mwe! Imbuto ntishobora kumera itabanje gupfa.
Yemwe mwa mpumyi z’Abafarisayo! Banza mwoze imbere h’igikombe n’isahani hanyuma n’inyuma hazoheza habe heza.
Nimba ba data bo kw’isi baraduhana tukabubaha, dukwiye kurushiriza kugamburukira Data w’impwemu, kugira ngo tubeho.
Yesu aca ababwira ati: “Yemwe bantu b’ubwenge buke mwe! Birabagora kwizera mu mitima yanyu ivyo abavugishwa n’Imana bavuze.
Yemwe mwa mburabwenge zihumye, mbega igihambaye ni ikihe hagati y’inzahabu zo mu rusengero n’urusengero rutuma izo nzahabu ziba izejejwe?