Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 11:35 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

35 None rero wiyubare umuco wibaza ko uri muri wewe ntusange ari umwijima.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

35 Nuko wirābe yuk’ umuco uri muri wewe atar’ umwiza.

Gade chapit la Kopi




Luka 11:35
17 Referans Kwoze  

Ariko umuntu wese atabifise, abona hafi gusa kandi ni impumyi, kandi yibagiye ko yogejwe ivyaha vyiwe vya kera.


Uvuga ngo uratunze, ufise vyinshi kandi ngo nta co ukenye. Ariko ntuzi ingene uri umugorwa ateye ikigongwe. Uri umukene, urahumye kandi ugenda gusa.


Bavuga ko bafise ubwenge, ariko ni ibipfu.


Kuko bavuga amajambo ata co amaze kandi yo kwishira hejuru, bagakoresha ivyipfuzo vy’ubusambanyi n’ivya kamere muntu, kugira ngo basuke abatarakomera, bakiva mu buzima bw’abagendera mu kinyoma.


Amaso ni yo matara y’umubiri. Iyo amaso yawe abona neza, umubiri wawe wose uba mu muco.


Amaso yawe ni yo matara y’umubiri. Iyo amaso yawe abona neza, umubiri wawe wose uba mu muco. Ariko iyo abona nabi, umubiri wawe wose uba mu mwijima.


Vyongeye, umubiri wawe wose niwaba mu muco, ata rugingo na rumwe ruri mu mwijima, uzokayangana nk’aho urasiwe n’umuco w’itara.”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite