Luka 11:30 - Bibiliya mu Kirundi coroshe30 Nk’uko Yona yabaye ikimenyetso ku bantu b’i Ninewe, ni ko n’Umwana w’Umuntu azoba ikimenyetso ku bantu ba kino gihe. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)30 Nk’uko Yona yabaye ikimenyetso ku Banyaninewe, ni k’Umwana w’umuntu azoba ku b’iki gihe. Gade chapit la |