Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 11:28 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

28 Yesu aramwishura ati: “Ahubwo hahiriwe abumva ijambo ry’Imana bakarishira mu ngiro.”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

28 Na we aramwishura, ati Cane‐cane hahirwa abumva ijambo ry’Imana bakaribungabunga.

Gade chapit la Kopi




Luka 11:28
16 Referans Kwoze  

Yesu amwishura ati: “Mama na bene mama ni abo bumva ijambo ry’Imana bakaryumvira.”


Ivyo murabimenye, ariko muzohezagirwa ni mwabishira mu ngiro.


Hahirwa abamesura amakanzu yabo, kuko bazohabwa uburenganzira bwo kurya ku giti c’ubugingo no kwinjira mw’irembo rya ca gisagara.


Harahiriwe uwusoma aya majambo y’ubuvugishwa, kandi harahiriwe abayumva bakayashirako umutima, kuko igihe kiri hafi.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite