Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 11:27 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

27 Yesu akiriko aravuga ivyo, umugore yari ngaho avuga n’ijwi rirenga ati: “Hahiriwe umuvyeyi yakuvyaye akakwonsa.”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

27 Akivuga ivyo, umugore wo mw ishengero ashira hejuru, aramubgira, ati Hahirwa inda yakuvyaye, n’amabere yakwonkeje.

Gade chapit la Kopi




Luka 11:27
6 Referans Kwoze  

avuga n’ijwi rirenga ati: “Urahezagiwe mu bandi bagore bose, n’umwana ari mu nda yawe arahezagiwe.


Kuko igihe kigiye gushika, aho abantu bazovuga bati: ‘Hahiriwe abagore batigeze bavyara, n’inda zitigeze zibungenga, hamwe n’amabere atigeze yonsa.’


kuko yibutse umusavyikazi wayo muto. Uhereye ubu abantu bose bazonyita umuhirwe,


Uwo mumarayika yinjira aho Mariya ari, amubwira ati: “Nezerwa! Umwami Imana akugiriye ubuntu, kandi ari kumwe na we.”


Maze ica igenda ikazana izindi mpwemu mbi indwi ziyirusha ububi, zikinjira muri wa muntu, zikibera ngaho. Ivya nyuma vy’uwo muntu biba bibi kurusha ivya mbere.”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite