Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 11:25 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

25 Ishitse, iraheza igasanga ya nzu isukuye, kandi itunganije neza.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

25 Ihashitse, igasanga ikubuye, iteguritse.

Gade chapit la Kopi




Luka 11:25
10 Referans Kwoze  

Iyo impwemu ihumanye ivuye mu muntu, ica igenda iyerera mu bugaragwa irondera aho yoruhukira. Ihabuze ica ivuga iti: ‘Reka nisubirire muri ya nzu nahoramwo.’


Maze ica igenda ikazana izindi mpwemu mbi indwi ziyirusha ububi, zikinjira muri wa muntu, zikibera ngaho. Ivya nyuma vy’uwo muntu biba bibi kurusha ivya mbere.”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite