Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 11:24 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

24 Iyo impwemu ihumanye ivuye mu muntu, ica igenda iyerera mu bugaragwa irondera aho yoruhukira. Ihabuze ica ivuga iti: ‘Reka nisubirire muri ya nzu nahoramwo.’

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

24 Iy’ impwemu ihumanye ivuye mu muntu, ica ahatagira amazi, irondera uburuhukiro, ikabubura, ikavuga, iti Reka nsubire mu nzu yanje navuyemwo.

Gade chapit la Kopi




Luka 11:24
18 Referans Kwoze  

Mwame mugavye. Wa mwansi wanyu, ari we Satani, azunguruka hirya no hino aroha nk’intambwe, arondera uwo yorotsa.


Nuko za mpwemu mbi zinginga Yesu zishimitse ngo ntazirukane muri iyo ntara.


ivyo mwagenderamwo mukurikira inzira mbi z’isi, mwumvira wa mutware w’ubwami bwo mu kirere, ni we mpwemu ikorera mu mitima y’abantu batumvira Imana.


Yesu abonye ko abantu benshi baje biruka batumbereye aho bari, ategeka ya mpwemu ihumanye ati: “Wa mpwemu itera uburagi n’ukutumva, va muri uwu mwana kandi ntuze wigere umugarukamwo.”


Ishitse, iraheza igasanga ya nzu isukuye, kandi itunganije neza.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite