Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 11:23 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

23 Uwutari kumwe nanje wese arangwanya, kandi uwutariko aramfasha kwegeranya wese aba ariko arasanzaza.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

23 Ūtamperereyeko aba ar’ umwansi wanje, kand’ ūdafatanije nanje kwegeranya aba asanzaje.

Gade chapit la Kopi




Luka 11:23
5 Referans Kwoze  

Uwutari kumwe nanje wese arangwanya, kandi uwutariko aramfasha kwegeranya wese, aba ariko arasanzaza.


Yesu aramwishura ati: “Ntimukamubuze, kuko uwutabagwanya aba ari ku ruhande rwanyu.”


Kuko uwutatugwanya aba ari ku ruhande rwacu.


Ariko iyo atewe n’uwumurusha inkomezi akamunesha, amutwara ivyo bigwanisho yari yizigiye, akamunyaga n’ivyo atunze, akabihako n’abandi.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite