Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 11:22 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

22 Ariko iyo atewe n’uwumurusha inkomezi akamunesha, amutwara ivyo bigwanisho yari yizigiye, akamunyaga n’ivyo atunze, akabihako n’abandi.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

22 arik’ ūmurusha inkomezi iy’ aramutse amuteye, akamunesha, amwaka ivy’ arwanisha vyose yari yizigiye, akanyaga ibintu vyiwe, akabigaba.

Gade chapit la Kopi




Luka 11:22
14 Referans Kwoze  

Ariko mwebwe, bana nkunda, muva ku Mana kandi mwaranesheje abo bavugishwa b’ibinyoma, kuko Mpwemu aba muri mwebwe aruta impwemu iri mu b’isi.


Umuntu wese abandanya akora ivyaha ni uwa wa mubi, kuko uwo mubi yamye akora ivyaha kuva mu ntango. Ariko Umwana w’Imana yaje gusambura igikorwa ca wa mubi.


Yambuye ibigwanisho abakuru n’abatware, abateterereza ahabona mu maso ya bose, abaneshesheje uwo musaraba.


Iyo umuntu w’umunyenkomezi kandi afise ibigwanisho bikwiye araririye inzu yiwe, ivyo atunze biba mu mutekano.


Uwutari kumwe nanje wese arangwanya, kandi uwutariko aramfasha kwegeranya wese aba ariko arasanzaza.


Mwambare ibigwanisho vyose Imana itanga, kugira ngo mushobore guhangana n’ubugunge bwose bwa wa mubi.


Nuko rero mwambare ibigwanisho vyose vy’Imana, kugira ngo ku musi ikibi caje, muze mushobore guhagarara mudatsinzwe kandi mumaze gukora vyose, mukomeze guhagarara mushikamye.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite