Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 11:21 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

21 Iyo umuntu w’umunyenkomezi kandi afise ibigwanisho bikwiye araririye inzu yiwe, ivyo atunze biba mu mutekano.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

21 Umuntu w’inkomezi afise ibirwanishwa iy’ ateramiye urugo rwiwe, ibintu vyiwe biba amahoro;

Gade chapit la Kopi




Luka 11:21
5 Referans Kwoze  

Nta muntu yokwinjira mu nzu y’umunyenkomezi ngo amunyage ivyo atunze atabanje kumuboha. Aho ni ho honyene ashobora kumunyaga ivyiwe.


Ikindi, umuntu yoshobora ate kwinjira mu nzu y’umunyenkomezi ngo amunyage ivyo atunze atabanje kumuboha? Aho ni ho honyene ashobora kwinjira mu nzu akamunyaga ivyiwe.


Ariko nimba ububasha bw’Imana ari bwo bunshoboza kwirukana abadayimoni, Ubwami bw’Imana bwashitse muri mwebwe.


Ariko iyo atewe n’uwumurusha inkomezi akamunesha, amutwara ivyo bigwanisho yari yizigiye, akamunyaga n’ivyo atunze, akabihako n’abandi.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite