Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 11:20 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

20 Ariko nimba ububasha bw’Imana ari bwo bunshoboza kwirukana abadayimoni, Ubwami bw’Imana bwashitse muri mwebwe.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

20 Arik’ urutoke rw’Imana ni rwaba ari rwo runshoboza gusenda abadayimoni, noneh’ ubgami bg’Imana burabashikiriye.

Gade chapit la Kopi




Luka 11:20
11 Referans Kwoze  

Ariko nimba ari Mpwemu w’Imana anshoboza kwirukana abadayimoni, Ubwami bw’Imana bwashitse muri mwebwe.


Mukize abarwaye, mwongere mubabwire muti ‘Ubwami bw’Imana burabegereye.’


avuga ati: “Nimwihane kuko Ubwami bw’ijuru buri hafi.”


‘N’umukungugu wo mu gisagara canyu uri ku birenge vyacu turawukunkumuye kugira ngo bibabere icagiriji, ariko mumenye neza ko Ubwami bw’Imana bubegereye.’


Ivyo vyose ni ivyerekana ko urubanza rw’Imana rubereye, kandi icamwa c’ivyo ni uko muzoharurwa nk’ababereye Ubwami bw’Imana, ubwo muriko murababarizwa.


None rero ndazi ko mwebwe abo nabwiye Ubutumwa Bwiza bw’Ubwami ata n’umwe azosubira kumbona.


Nuko inkuru ziwe zikwiragira hose, gushika no muri Siriya. Bamuzanira abarwayi bose: abafise ububabare butandukanye, ababoshwe n’abadayimoni, abarwaye intandara, hamwe n’abatikakaza kubera bababara mu mubiri; bose arabakiza.


Iyo umuntu w’umunyenkomezi kandi afise ibigwanisho bikwiye araririye inzu yiwe, ivyo atunze biba mu mutekano.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite