Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 11:16 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

16 Abandi na bo bagerageza gutega imitego Yesu mu kumusaba ikimenyetso kivuye mw’ijuru.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

16 Abandi bamuronderakw ikimenyetso kiva mw ijuru, bamugeza.

Gade chapit la Kopi




Luka 11:16
7 Referans Kwoze  

Baramubwira bati: “Mbega nta gitangaza wokora kugira ngo tukibone hanyuma twizere? Ni ikihe wokora?


Abayuda bashaka kubona ibimenyetso, Abagiriki na bo bakarondera kubitahurisha ubwenge bwabo.


Abantu bamaze kumwegera ari benshi, Yesu ababwira ati: “Abantu ba kino gihe ni babi. Basaba ikimenyetso, ariko nta kindi kimenyetso bazohabwa kiretse ica Yona.


Babajije Yesu ico kibazo kugira ngo bamutege umutego, maze baronke aho bahera mu kumwagiriza. Ariko Yesu arunama atangura kwandikisha urutoke hasi.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite