Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 11:14 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

14 Umusi umwe Yesu yirukanye umudayimoni yari yateye umuntu kuba ikiragi. Amuvuyemwo, wa muntu aca aravuga, maze abantu baratangara cane.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

14 Kand’ asenda dayimoni atera uburagi: dayimoni amuvuyemwo, uno muntu w’ikiragi aravuga; ishengero riratangara.

Gade chapit la Kopi




Luka 11:14
5 Referans Kwoze  

Yesu avyumvise aratangara cane, abwira abariko baramukurikira ati: “Ndababwire ukuri, nta muntu n’umwe muri Isirayeli nari bwabonane ukwizera gukomeye nk’uku.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite