Luka 10:4 - Bibiliya mu Kirundi coroshe4 Ntihagire amahera, isakoshi canke ibirato vyo gukuranya mwitwaza; kandi ntimuramutse abantu mu nzira. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)4 Ntimujane umupfuko w’amahera, cank’ isaho, cank’ inkweto: kandi ntihagire n’uwo muramukanya mu nzira. Gade chapit la |