Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 10:33 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

33 Ariko mu nyuma haza Umusamariya, ashika aho wa muntu arambaraye. Amubonye, amutera ikigongwe.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

33 Maz’ Umusamariya yari mu nzira ashika kuri we, amubonye amutera akagongwe:

Gade chapit la Kopi




Luka 10:33
14 Referans Kwoze  

Umwami Yesu abonye uwo muvyeyi, amugirira impuhwe, aca amubwira ati: “Reka kurira!”


none ntiwari ukwiye kugirira imbabazi mugenzawe nk’uko nanje nazikugiriye?’


Abo cumi na babiri Yesu arabarungika, ababwiye ati: “Ntimuje mu Banyamahanga canke ngo mwinjire mu bisagara vy’i Samariya.


Abayuda baramwishura bati: “Ntitwihenze aho twavuga ko uri Umusamariya kandi ko uboshwe n’umudayimoni!”


Wa Musamariyakazi aramubwira ati: “Wewe uri Umuyuda nanje ndi Umusamariyakazi. Bigenda gute ngo unsabe amazi yo kunywa?” (Mu bisanzwe, Abayuda n’Abasamariya baranenana.)


Hanyuma haca Umulewi na we nyene aramubona, ariko aca aca kure yiwe ku rundi ruhande rw’inzira, arireganira.


Aca aramwegera, asomoza ibikomere vyiwe umuvinyu, abisiga amavuta ya elayo, hanyuma abipfukisha igitambara. Aca amushira ku ndogoba yiwe, amutwara mu nzu y’ingenzi, abandanya amwitaho.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite