Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 10:28 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

28 Yesu aramubwira ati: “Wishuye neza. Genda ubigenze uko, uzobaho ibihe bidashira.”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

28 Aramubgira, ati Wishuye neza, gira urtyo, uzogira ubugingo.

Gade chapit la Kopi




Luka 10:28
14 Referans Kwoze  

Yesu aramwishura ati: “Ni kuki umbaza ivyerekeye iciza? Umwiza ni umwe. Nimba ugomba kwinjira mu bugingo, kurikiza amabwirizwa.”


Ivyagezwe ntibihagaze ku kwizera, ariko bivuga biti: “Uwuzokora ivyo ivyagezwe vyose bibwiriza azobeshwaho na vyo.”


Mu vy’ukuri Kristo yashikije intumbero ivyagezwe vyari vyarashiriweho. Ni co gituma umuntu wese amwizeye aca yemerwa n’Imana nk’umugororotsi.


Noneho turazi ko ivyo ivyagezwe vyigisha biraba abaganzwa na vyo, kugira ngo ntihagire uwuronka ico yireguza kandi isi yose iboneke ko ikwiye gutsindwa n’urubanza rw’Imana.


Simoni na we arishura ati: “Nibaza ko ari uwo yahebewe menshi.” Yesu aca amubwira ati: “Wishuye neza.”


Yesu abonye ko yishuranye ubwenge, aramubwira ati: “Nturi kure y’Ubwami bw’Imana.” Inyuma y’ivyo nta muntu yasubiye kwubahuka kumubaza ibibazo.


Maze nsanga ibwirizwa ryo mu vyagezwe, ryonshikanye ku bugingo rinzaniye urupfu rwo mu buryo bw’impwemu.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite