Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 10:27 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

27 Aramwishura ati: “ ‘Ukundishe Uhoraho Imana yawe umutima wawe wose, ubugingo bwawe bwose, inkomezi zawe zose, ubwenge bwawe bwose’; kandi, ‘Ukunde mugenzawe nk’uko wikunda.’”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

27 Aramwishura, ati Ngo Mukundishe Uhoraho, Imana yanyu, imitima yanyu yose, n’ubugingo bganyu bgose, n’inkomezi zanyu zose, n’ubgenge bganyu bgose; kandi mukunde bagenzi banyu nk’uko mwikunda.

Gade chapit la Kopi




Luka 10:27
15 Referans Kwoze  

Amabwirizwa avuga ngo: “Ntugasambane; ntukice; ntukibe; ntukipfuze ivy’abandi,” hamwe n’ayandi nk’ayo akoranirijwe muri iri rimwe rivuga ngo: “Ukunde mugenzawe nk’uko wikunda.”


Mugira neza, nimwaba vy’ukuri mukizigamye ca cagezwe kiri mu Vyanditswe kivuga ngo: “Ukunde mugenzawe nk’uko wikunda.”


Bana nkunda, urukundo rwacu ntirukwiye kuba urwo mu majambo n’akarimi gasosa gusa; ahubwo rukwiye guserukira mu bikorwa no mu kuri.


Iri ni ryo sezerano nzogirana n’inzu ya Isirayeli inyuma y’aho, ni ko Uhoraho avuze. Nzoshira ivyagezwe vyanje mu bwenge bwabo, ndavyandike mu mitima yabo. Nzoba Imana yabo, na bo babe abantu banje.


Bene Data, mwebwe mwahamagariwe kwidegemvya. Ariko uwo mwidegemvyo ntubatere kurondera guhaza ivyipfuzo vya kamere k’icaha. Ahubwo urukundo rukwiye gutuma mukorera bagenzi banyu.


wubahe so na nyoko,’ kandi ‘ukunde mugenzawe nk’uko wikunda.’”


Yesu aramwishura ati: “Ivyagezwe vya Mose bivuga iki? Ubitahura gute?”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite