Luka 10:25 - Bibiliya mu Kirundi coroshe25 Umusi umwe, umwigisha w’ivyagezwe yavuye hasi kugira ngo atege Yesu umutego, aramubaza ati: “Mwigisha, nokora iki kugira ngo ndagwe ubugingo budashira?” Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)25 Maz’ umwe mu bigisha ivyagezwe ava hasi, aramugeza, ati Mwigisha, nkore iki, ngo nze ndagwe ubugingo budashira? Gade chapit la |