Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 10:14 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

14 Ariko ku musi w’imanza, i Tiro n’i Sidoni hazogira agahengekerezo kurusha mwebwe.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

14 Ariko muri Tiro n’i Sidoni hazogira agahengekezo ku musi w’amateka kurusha mwebge.

Gade chapit la Kopi




Luka 10:14
10 Referans Kwoze  

None rero, wewe ushobora kwibaza ko wocira imanza abameze batyo, ariko nawe umeze nka bo nta co wokwireguza. Kuko nimba ucira imanza abandi kandi ukora nk’ivyo bakora, na wewe uba wiciriye urubanza.


Mu vy’ukuri, abanyamahanga batakebwe, ariko bagakora ivyo ivyagezwe vy’Imana bivuga, bazotuma mutsindwa n’urubanza mwebwe Abayuda mwakebwe kandi mufise Ivyanditswe ariko ntimuvyumvire.


Iki ni co kibatsindisha: umuco waje mw’isi, ariko abantu bakunda umwijima kuruta umuco, kuko ibikorwa vyabo ari bibi.


Ndababwire ukuri: ku musi w’imanza, ibihugu vya Sodomu na Gomora bizogira agahengekerezo kurusha ico gisagara.


“Uzobona ibara yewe Korazini! Uzobona ibara yewe Betesayida! Kuko iyo ibitangaza vyakorewe iwanyu bikorerwa i Tiro n’i Sidoni, abaho baba barihanye kuva kera, bakambara amagunira, bakisiga n’iminyota.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite