Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 10:10 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

10 Ariko nimwinjira mu gisagara ntibabakire, muzoje mu mayira yaho, muvuge muti:

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

10 Arikw igisagara cose mujamwo ntibabākīre, muze musohoke muje mu nzira zaco,

Gade chapit la Kopi




Luka 10:10
7 Referans Kwoze  

Ariko abonye ko Abayuda bamuhaririza bakanamutuka, aca akunkumura impuzu ziwe, ababwira ati: “Amaraso yanyu azobe ku gatwe kanyu. Jewe kuri ivyo ndera. Uhereye ubu ngiye kwigisha Abanyamahanga.”


Pawulo na Barunaba na bo bakunkumura umukungugu wo mu birenge vyabo, baca baja muri Ikoniyo.


Aho bazokwanka kubakira no kwumviriza amajambo muvuga, muze mukunkumure umukungugu wo mu birenge vyanyu, maze muve muri iyo nzu canke muri ico gisagara.


Aho batazobakira, muzokunkumure umukungugu wo mu birenge vyanyu, kugira ngo bizobabere icagiriji.”


Mukize abarwaye, mwongere mubabwire muti ‘Ubwami bw’Imana burabegereye.’


‘N’umukungugu wo mu gisagara canyu uri ku birenge vyacu turawukunkumuye kugira ngo bibabere icagiriji, ariko mumenye neza ko Ubwami bw’Imana bubegereye.’


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite