Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 1:63 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

63 Zakariya aca asaba ico kwandikako, yandika ati: “Izina ryiwe ni Yohana.” Bose baratangara.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

63 Yaka ico kwandikako, arandika, at’ Izina ryiwe ni Yohana.

Gade chapit la Kopi




Luka 1:63
7 Referans Kwoze  

nyina arahakana, avuga ati: “Oya, izina ryiwe ni Yohana.”


Ariko wa mumarayika aramubarira ati: “Zakariya we, ntutinye, kuko Imana yumvise ugusenga kwawe. Umugore wawe Elizabeti agiye kukuvyarira umwana w’umuhungu, na we uze umwite Yohana.


Yesu avyumvise aratangara cane, abwira abariko baramukurikira ati: “Ndababwire ukuri, nta muntu n’umwe muri Isirayeli nari bwabonane ukwizera gukomeye nk’uku.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite