Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 1:60 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

60 nyina arahakana, avuga ati: “Oya, izina ryiwe ni Yohana.”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

60 Nyina arababgira, at’ Oya, ni yitwe Yohana.

Gade chapit la Kopi




Luka 1:60
6 Referans Kwoze  

Ariko wa mumarayika aramubarira ati: “Zakariya we, ntutinye, kuko Imana yumvise ugusenga kwawe. Umugore wawe Elizabeti agiye kukuvyarira umwana w’umuhungu, na we uze umwite Yohana.


Zakariya aca asaba ico kwandikako, yandika ati: “Izina ryiwe ni Yohana.” Bose baratangara.


Ariko ntibigeze baryamana nk’umugore n’umugabo kugeza amaze kuvyara uwo mwana w’umuhungu; hanyuma amwita Yesu.


Na bo baramubwira bati: “None ko ata n’umwe wo mu muryango wanyu yitwa iryo zina!”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite