Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 1:48 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

48 kuko yibutse umusavyikazi wayo muto. Uhereye ubu abantu bose bazonyita umuhirwe,

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

48 Kuko yabonye ubufafara bg’umugurano wayo, Kand’ uhereye none, ab’ ibihe vyose bazonyita umuhirwa.

Gade chapit la Kopi




Luka 1:48
19 Referans Kwoze  

Yesu akiriko aravuga ivyo, umugore yari ngaho avuga n’ijwi rirenga ati: “Hahiriwe umuvyeyi yakuvyaye akakwonsa.”


avuga n’ijwi rirenga ati: “Urahezagiwe mu bandi bagore bose, n’umwana ari mu nda yawe arahezagiwe.


Uwo mumarayika yinjira aho Mariya ari, amubwira ati: “Nezerwa! Umwami Imana akugiriye ubuntu, kandi ari kumwe na we.”


Urahiriwe kuko wizeye ko ivyo Umwami Imana yavuze bizoshika.”


kuko Inyenkomezi yankoreye ibihambaye, izina ryayo ni iryera.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite