Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 1:45 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

45 Urahiriwe kuko wizeye ko ivyo Umwami Imana yavuze bizoshika.”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

45 Kandi hahirwa wewe wizeye, kukw ivyo wabgiwe n’Umwami Imana bizoshika.

Gade chapit la Kopi




Luka 1:45
9 Referans Kwoze  

Yesu aramubwira ati: “Wizeye kubera umbonye? Hahirwa abizera batarinze kubona.”


Yesu aramubwira ati: “Sinakubwiye ko niwizera uja kubona ubwiza bw’Imana?”


Kuva ubu, ugiye kuba ikiragi, ntuzosubira kuvuga kugeza uwo mwana avutse, kuko utizeye ivyo nakubwiye. Kandi bizoshika igihe cavyo kigeze.”


Nabaye ncumva indamukanyo yawe, umwana ari mu nda aca ariginagura kubera umunezero.


kuko yibutse umusavyikazi wayo muto. Uhereye ubu abantu bose bazonyita umuhirwe,


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite