Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 1:38 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

38 Mariya aramwishura ati: “Jewe ndi umusavyikazi w’Umwami Imana, nibimbere nk’uko ubivuze.” Wa mumarayika aca amusiga aho arigira.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

38 Mariya aramubgira, at’ Ehe nd’ umugurano w’Umwami Imana, bimbere ukw ijambo ryawe rivuzwe. Maz’ umumarayika ava ah’ ari, aragenda.

Gade chapit la Kopi




Luka 1:38
8 Referans Kwoze  

kuko ata jambo Imana ivuze ribura ububasha.”


Muri iyo misi, Mariya aritegura, aduga yihuta mu misozi, aja mu gisagara ca Yuda.


kuko yibutse umusavyikazi wayo muto. Uhereye ubu abantu bose bazonyita umuhirwe,


Handitswe ko Aburahamu yari afise abahungu babiri, umwe ku mugore w’umuguranokazi, uwundi ku mugore yidegemvya.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite