Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 1:30 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

30 Ariko wa mumarayika aramuhumuriza ati: “Ntutinye, Mariya, kuko ugiriwe ubuntu n’Imana.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

30 Umumarayika aramubgira, ati Nta co utinya, Mariya, kuk’ ugiriwe ubuntu n’Imana.

Gade chapit la Kopi




Luka 1:30
13 Referans Kwoze  

Ariko wa mumarayika aramubarira ati: “Zakariya we, ntutinye, kuko Imana yumvise ugusenga kwawe. Umugore wawe Elizabeti agiye kukuvyarira umwana w’umuhungu, na we uze umwite Yohana.


Mbega none tuvuge iki? Nimba Imana iri mu ruhande rwacu, ni nde yodutsinda?


Ariko Yesu arababwira ati: “Humura! Ni jewe; ntimugire ubwoba.”


Yewe busho buto, ntutinye kuko So wo mw’ijuru bimuhimbara kuguha Ubwami.


Umumarayika abwira abo bagore ati: “Mweho ntimutinye, kuko ndazi ko murondera Yesu yabambwe.


ambarira ati: ‘Ntutinye Pawulo we! Utegerezwa kuzoburanira imbere ya Kayisari; kandi kubera wewe, Imana izozigama ubuzima bw’abo muri kumwe bose.’


Ni co gituma tuvuga ata bwoba tuti: “Uhoraho ni we mutabazi wanje; sinzotinya. None abantu buntu bongira iki?”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite