Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 1:28 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

28 Uwo mumarayika yinjira aho Mariya ari, amubwira ati: “Nezerwa! Umwami Imana akugiriye ubuntu, kandi ari kumwe na we.”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

28 Yinjira ah’ ari, aramubgira, ati N’amahoro, ugiriwe ubuntu, Umwami Imana ari kumwe nawe.

Gade chapit la Kopi




Luka 1:28
17 Referans Kwoze  

Ariko wa mumarayika aramuhumuriza ati: “Ntutinye, Mariya, kuko ugiriwe ubuntu n’Imana.


Ni co gituma duhimbaza Imana kubera ubwiza bw’ubuntu bwayo yatugiriye biciye mu Mwana wayo ikunda.


kuko ndi kumwe na we. Nta n’umwe azogufata ngo akugirire nabi, kuko mfise abantu benshi muri kino gisagara.”


avuga n’ijwi rirenga ati: “Urahezagiwe mu bandi bagore bose, n’umwana ari mu nda yawe arahezagiwe.


Yesu na we aramwishura ati: “Mbega mama ni nde kandi bene mama ni ba nde?”


ku nkumi yitwa Mariya yari ikowe n’umusore yitwa Yosefu, wo mu muryango wa Dawidi.


Mariya aterwa ubwoba bwinshi n’ayo majambo, yibaza ico iyo ndamukanyo isigura.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite