Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 1:25 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

25 “Ehe ivyiza Umwami Imana yankoreye! Muri iki gihe, yangiriye ubuntu ankurako ibiteterwe mu bantu.”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

25 at’ Uku ni k’Umwami Imana inkoreye mu misi yandābiyemwo kunteturura mu bantu.

Gade chapit la Kopi




Luka 1:25
14 Referans Kwoze  

Ukwizera ni kwo kwatumye Sara ashobora gusama inda, naho yari ingumba kandi abakaba yari ashaje cane. Yizeye ko Imana yasezeranye ari umwizigirwa.


Ariko wa mumarayika aramubarira ati: “Zakariya we, ntutinye, kuko Imana yumvise ugusenga kwawe. Umugore wawe Elizabeti agiye kukuvyarira umwana w’umuhungu, na we uze umwite Yohana.


Haheze imisi, umugore wiwe Elizabeti asama inda, aca amara amezi atanu ataja ahabona. Aravuga ati:


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite