Luka 1:18 - Bibiliya mu Kirundi coroshe18 Zakariya abaza uwo mumarayika ati: “Ivyo novyemezwa n’iki, ko nshaje kandi umugore wanje akaba ageze mu zabukuru?” Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)18 Zakariya abaza umumarayika, at’ Ivyo nzovyerekwa n’iki, ko nd’umutāma, n’umugore wanje akaba ageze mu zabukuru? Gade chapit la |