Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 1:14 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

14 Uwo mwana azogutera kunezerwa no guhimbarwa, kandi ivuka ryiwe rizonezereza benshi,

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

14 uzonezerwa, uzohimbarwa, kandi benshi bazonezererwa ukuvuka kwiwe;

Gade chapit la Kopi




Luka 1:14
8 Referans Kwoze  

Incuti n’ababanyi bumvise ko Umwami Imana yamugiriye ubuntu, banezeranwa na we.


Ariko wa mumarayika aramubarira ati: “Zakariya we, ntutinye, kuko Imana yumvise ugusenga kwawe. Umugore wawe Elizabeti agiye kukuvyarira umwana w’umuhungu, na we uze umwite Yohana.


kuko azoba uwuhambaye imbere y’Umwami Imana. Ntazokoza umuvinyu ku munwa canke ikindi kintu cose kiboreza, kandi azoba yuzuye Mpwemu Yera kuva akiri mu nda ya nyina.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite