Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 1:10 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

10 Igihe co guturira ibimota neza kigeze, abari ngaho bose bariko basengera hanze.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

10 kand’ ishengero ryose ry’ubgo bgoko ryariko rirasengera hanze mu gihe co kwosa.

Gade chapit la Kopi




Luka 1:10
7 Referans Kwoze  

Haca haza uwundi mumarayika afise ico gutuririramwo ibimota neza gikozwe mu nzahabu, ahagarara imbere y’igicaniro; aca ahabwa ibimota neza vyinshi abivanga n’amasengesho y’abera kugira ngo abitange ku gicaniro gikozwe mu nzahabu cari imbere y’intebe y’inganji.


Kuko Kristo atinjiye Ahera h’Ahera hubatswe n’amaboko y’abantu, na kare ihema ryubatswe n’abantu ryari ikigereranyo c’ihema nyakuri riri mw’ijuru. Ahubwo yinjiye mw’ijuru ubwaryo kugira ngo aduserukire imbere y’Imana.


Ko dufise Umuherezi Mukuru akomeye, ari we Yesu Umwana w’Imana, yashitse mw’ijuru imbere y’Imana, muze tugumye cane ivyo twizeye.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite