Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 9:7 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

7 Abari kumwe na Sawuli bahagarara bumiwe, kuko bumva ijwi ariko batabona uwuvuga.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

7 Abagabo bajanye na we bahagarara badakoma, kuko bumvise ijwi, ata muntu babona.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 9:7
5 Referans Kwoze  

Abo twari kumwe barabona umuco ariko ntibumva ijwi ry’uwo twariko turavugana.


Abantu benshi bari ngaho bumvise iryo jwi, bavuga ko ari umuturagaro, abandi na bo ngo ni umumarayika yavuganye na we.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite