Ivyakozwe 9:40 - Bibiliya mu Kirundi coroshe40 Maze Petero arabataramura bose, aca arapfukama arasenga. Hanyuma ahindukirira ikiziga, avuga ati: “Tabita, vyuka!” Nuko tabita arakanura. Abonye Petero, aca aravyuka aricara. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)40 Petero arabataramura bose, arapfukama, arasenga; maz’ ahindukirira umuvyimba, ati Tabita, vyuka. Arakanura; maz’ abonye Petero, aravyuka, aricara. Gade chapit la |