Ivyakozwe 9:37 - Bibiliya mu Kirundi coroshe37 Muri iyo misi aragwara, hanyuma arapfa. Ikiziga ciwe baracoza, bakibika mu cumba co hejuru. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)37 Mur’ iyo misi ararwara, arapfa: bamaze kwuhagira ikiziga, bagishira mu nzu yo hejuru. Gade chapit la |