Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 9:35 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

35 Ababa i Luda n’i Sharoni bose bamubonye agendagenda, barihana bizera Umwami Yesu.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

35 Ababa i Luda n’i Saroni bose bamubonye bahindukirira Umwami Yesu.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 9:35
32 Referans Kwoze  

Ikiganza c’Umwami Imana cari kuri bo, bituma abantu benshi bizera, bahindukirira Umwami Yesu.


Maze iyo nkuru ica yamamara i Yopa hose, kandi abantu benshi bizera Umwami Yesu.


Ariko hagize uwuza ku Mwami Yesu, ca gitambara kimukurwako.


Maze ijambo ry’Umwami Imana rikwiragira henshi kandi rigira ubushobozi.


Amara imyaka ibiri abikora uko, gushika Abayuda n’Abagiriki bose baba muri Aziya bumvise ijambo ry’Umwami Imana.


Ni co gituma mbona tudakwiye kuremera Abanyamahanga bariko bahindukirira Imana.


Nuko ijambo ry’Imana ribandanya kwamamara, igitigiri c’abigishwa i Yerusalemu kiragwira cane, kandi n’abaherezi benshi b’Abayuda barizera.


Ariko benshi mu bumvise ubutumwa barizeye, igitigiri c’abizera kirongerekana gushika hafi ibihumbi bitanu.


Bama bashima Imana ibihe vyose kandi na bo bashimwa n’abantu bose, maze Umwami Imana na we akama abongerereza igitigiri c’abakizwa.


Petero aramubwira ati: “Ayineya, Yesu Kristo aragukijije. Haguruka wizingire ikirago cawe.” Ubwo nyene Ayineya aca arahaguruka.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite