Ivyakozwe 9:33 - Bibiliya mu Kirundi coroshe33 Maze ahasanga umugabo yitwa Ayineya, yari amaze imyaka umunani avundiye ku kirago kuko yari yarakongataye. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)33 asangay’ umuntu yitwa Ayineya, yar’ amaze imyaka munani avunda mu buriri, kuko yari yaramugaye. Gade chapit la |