Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 9:28 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

28 Maze Sawuli aca agumana n’intumwa i Yerusalemu yidegemvya, yigisha ashize amanga mw’izina rya Yesu.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

28 Aba kumwe na bo amaja n’amaza i Yerusalemu,

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 9:28
10 Referans Kwoze  

Ni co gituma dukwiye gutora umwe mu bo twabanye mu gihe cose Umwami Yesu yagendanye natwe,


Hanyuma, haheze imyaka itatu, ni ho naduga i Yerusalemu kugira ngo tumenyane na Kefa, tumarana imisi cumi n’itanu.


Ni jewe rembo; umuntu wese yinjiye aciye muri jewe azokizwa. Azokwinjira, asohoke kandi aronke ikimutunga.


Babonye ubushizi bw’amanga bwari muri Petero na Yohana, bakamenya ko batize, ahubwo ko ari abantu batobato, baratangara cane, ariko bamenya ko bagendanye na Yesu.


None rero Mwami Imana, nurabe ingene badutera ubwoba, maze ushoboze abasavyi bawe kwigisha ijambo ryawe bashize amanga.


Yama avugana yongera aharira n’Abayuda bavuga Ikigiriki, ariko bo bakama barondera ingene bomwica.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite