Ivyakozwe 9:18 - Bibiliya mu Kirundi coroshe18 Ubwo nyene, ibintu bimeze nk’ibikaragashi biva ku maso ya Sawuli, arahumuka. Aca ava hasi arabatizwa. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)18 Uwo mwanya ibisa n’ibikaragashi bimuva ku maso, arahumūka, ava hasi, arabatizwa: Gade chapit la |