Ivyakozwe 9:14 - Bibiliya mu Kirundi coroshe14 Kandi yaje hano afise ububasha yahawe n’abakuru b’abaherezi kugira ngo afate abo bose bambaza izina ryawe.” Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)14 kandi n’ino ahafise ububasha abuhāwe n’abaherezi bakuru, bgo kuboha abambaza izina ryawe bose. Gade chapit la |