Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 9:12 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

12 Kandi mu nzozi, yabonye umuntu yitwa Ananiya aza kumurambikako ibiganza kugira ngo ahumuke.”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

12 Kandi yabonye umuntu yitwa Ananiya yinjira ah’ ari, amurambikakw ibiganza, kugira ngw ahumūke.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 9:12
4 Referans Kwoze  

aramwinginga ati: “Umukobwa wanje ari ku mpfiro. Ndakwinginze uze umurambikeko ibiganza akire abe muzima.”


I Damasiko hari umwigishwa wa Yesu yitwa Ananiya. Maze Umwami Yesu amwiyereka mu nzozi, aramuhamagara ati: “Ananiya!” Na we arishura ati: “Sabwe Mwami!”


Nuko abo bantu bazanwa imbere y’intumwa, zirabasengera, zibarambitseko ibiganza.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite